ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Rusi 3:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze avuga ati: “Uri nde?” Na we ati: “Ndi Rusi umushumbakazi wawe; nusanze impuzu* yawe ku mushumbakazi wawe, kuko uri umucunguzi+.”

  • Rusi 4:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Maze Bowazi avuga ati: “Umusi uzogura iryo tongo mu kuboko kwa Nawomi, uzorigura no kuri Rusi Umunyamowabukazi, umugore w’umuhisi, kugira ngo utume izina ry’umuhisi rigaruka ku ntoranwa yiwe+.”

  • Matayo 22:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Mwigisha, Musa yavuze ati: ‘Nihagira umuntu apfa ata bana asize, mwene wabo ategerezwa kwabira umugore wiwe, agahagurukiriza uruvyaro mwene wabo+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika