ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 31:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Labani yari yagiye gukemura intama ziwe. Muri ico gihe Rasheli yiba terafimu*+ za se.

  • Itanguriro 31:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Naho data wagiye koko, kuko wari ushashaye cane inzu ya so, kubera iki none wivye imana zanje+?”

  • Abacamanza 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uwo mugabo Mika yari afise inzu y’imana+; atangura rero gukora efodi+ na terafimu*+ no kwuzuza ububasha ukuboko+ kw’umwe mu bahungu biwe, kugira ngo amubere umuherezi+.

  • 1 Samweli 15:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 kuko ubugarariji+ ari cokimwe n’igicumuro c’ukuragura+, kandi ukwitanganiza wita imbere kukaba cokimwe no gukoresha ububasha bw’ivy’amageza na terafimu*+. Ko wanse ijambo rya Yehova+, na we arakwanse ngo ntubandanye kuba umwami+.”

  • 2 Abami 23:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kandi abavugana n’ibiremwa vy’impwemu+, n’abagize umwuga ukubura ibizoba+, na terafimu*+, n’ibigirwamana vy’umwanda+, n’ibintu bisesemye+ vyose vyari vyarabonetse mu gihugu ca Yuda n’i Yeruzalemu, na vyo nyene Yosiya abikuraho, kugira ngo ashitse koko amajambo yo mw’itegeko+ yari yanditswe muri ca gitabu+ Hilikiya umuherezi yari yubuye mu nzu ya Yehova+.

  • Hoseya 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kuko bene Isirayeli bazomara imisi myinshi ata mwami bagira+, ata muganwa, ata kimazi+, ata nkingi, ata efodi*+ na terafimu*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika