ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 22:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nuko Dawidi aragenda avuye ng’aho+, ahungira+ mw’isenga+ ry’i Adulamu+; bene wabo be n’inzu ya se yose baravyumva, baca bamanuka ng’aho iyo ari.

  • 2 Samweli 23:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze batatu muri ba bakuru mirongo itatu+ baramanuka, baza kuri Dawidi mu gihe c’iyimbura, kw’isenga ry’i Adulamu+; kandi ikigwati c’amahema c’Abafilisitiya cari gikambitse mu kiyaya co hasi c’Abarefayimu+.

  • Zaburi 57:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 57 Ngirira ubutoni, ewe Mana, ngirira ubutoni+,

      Kuko muri wewe ari ho mpungiye+;

      Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho mpungiye gushika amarushwa arenganye+.

  • Zaburi 142:akajambo k’intangamarara
    Bibiliya y’isi nshasha
    • Masikili. Ni izaburi ya Dawidi, igihe yari mw’isenga+. Isengesho.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika