Imigani 18:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Hari uwaronse umugore mwiza+? Yaronse ikintu ciza+, kandi aronka ubutoni bwa Yehova+. Imigani 31:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umugore abishoboye, ni nde yomuronka+? Agaciro kiwe karuta kure n’iyo ak’amabuye y’agaciro yitwa korali. Imigani 31:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nimumuhe ku vyamwa vy’amaboko yiwe+, kandi ibikorwa vyiwe bimushemeze mu marembo+.
10 Umugore abishoboye, ni nde yomuronka+? Agaciro kiwe karuta kure n’iyo ak’amabuye y’agaciro yitwa korali.