1 Samweli 25:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uwo mugabo yitwa Nabali+, umugore wiwe na we akitwa Abigayili+. Uwo mugore yariyubara cane+ akaba kandi yari mwiza ku mubiri, ariko uwo mugabo yari inkazi kandi akaba mubi mu ngeso ziwe+; yari Umukalebu+.
3 Uwo mugabo yitwa Nabali+, umugore wiwe na we akitwa Abigayili+. Uwo mugore yariyubara cane+ akaba kandi yari mwiza ku mubiri, ariko uwo mugabo yari inkazi kandi akaba mubi mu ngeso ziwe+; yari Umukalebu+.