ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 5:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ntukavyunamire canke ngo wemere kubikorera+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+, izana igihano ku bana ku bw’ikosa rya ba se, kw’iyaruka rigira gatatu no ku rigira kane, ku banyanka+;

  • 1 Samweli 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Oya+, bane banje, kuko inkuru numva atari nziza, iyo abantu ba Yehova bariko barakwiragiza+.

  • 1 Samweli 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Isandugu y’Imana irafatwa+, ba bahungu babiri ba Eli, Hofuni na Finehasi, na bo barapfa+.

  • 1 Samweli 22:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Maze Abiyatari abwira Dawidi ati: “Sauli yishe abaherezi ba Yehova.”

  • 1 Abami 2:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Salomo yirukana rero Abiyatari ngo ntabe agikora ari umuherezi wa Yehova, kugira ngo ashitse ijambo rya Yehova, iryo yari yaravuze ku nzu ya Eli+ i Shilo+.

  • Abaheburayo 10:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kuko nimba tuza turacumura n’ibigirankana+ tumaze kuronka ubumenyi butagira amakosa bwerekeye ukuri+, nta kimazi c’ibicumuro kiba kigisigaye+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika