Abacamanza 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Igihe kimwe, Samusoni aja i Gaza+, abonayo umugore w’umumaraya araheza yinjira iwe+. Abacamanza 16:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko Abafilisitiya baramufata, bamunogora amaso+ baraheza bamumanukana i Gaza+, bamubohesha amapingu abiri y’umujumpu+; aba umusyi+ mu nzu y’ibohero+. Amosi 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nanje nzorungika umuriro ku ruhome rwa Gaza+, urigate iminara yaho yo kubamwo. Ivyakozwe 8:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ariko umumarayika wa Yehova+ avugana na Filipo, ati: “Haguruka uje mu bumanuko ku nzira imanuka iva i Yeruzalemu ija i Gaza.” (Iyo ni inzira yo mu bugaragwa.)
21 Nuko Abafilisitiya baramufata, bamunogora amaso+ baraheza bamumanukana i Gaza+, bamubohesha amapingu abiri y’umujumpu+; aba umusyi+ mu nzu y’ibohero+.
26 Ariko umumarayika wa Yehova+ avugana na Filipo, ati: “Haguruka uje mu bumanuko ku nzira imanuka iva i Yeruzalemu ija i Gaza.” (Iyo ni inzira yo mu bugaragwa.)