ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 12:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nuko abantu bose batangura kubwira Samweli bati: “Nusengere+ abasuku bawe kuri Yehova Imana yawe, kuko tudashaka gupfa; kubera yuko twongeye ikibi ku bicumuro vyacu vyose mu kwisabira umwami.”

  • Zaburi 78:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Igihe cose yabica, ni ko na bo babaza ivyayo+,

      Bakagaruka, bakarondera Imana+.

  • Zaburi 86:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Ku musi w’amarushwa yanje ni wewe nzokwambaza+,

      Kuko uzonyishura+.

  • Yesaya 37:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Hari aho Yehova Imana yawe yokwumva amajambo yose ya Rabushake+, uwo umwami wa Ashuri umukama wiwe yatumye gucokora+ Imana nzima, maze akagira ico amubaza koko ku bw’amajambo Yehova Imana yawe yumvise+. Uture isengesho+ ku bw’amasigarira asigaye+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika