Itanguriro 47:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Yozefu yinjiza Yakobo se wiwe araheza amumenyekanisha kuri Farawo, hanyuma Yakobo atangura guhezagira Farawo+. Rusi 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze ehe Bowazi arashika avuye i Betelehemu, aza arabwira abimbuzi ati: “Yehova abane namwe+.” Na bo bakamubwira bati: “Yehova aguhezagire+.” 1 Samweli 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Amaherezo Samweli aza kuri Sauli, maze Sauli atangura kumubwira ati: “Uragahezagirwa+ na Yehova. Nashikije ijambo rya Yehova+.” 1 Samweli 25:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Muri ico gihe, umwe muri nya misore amenyesha Abigayili umugore wa Nabali ati: “Urazi! Dawidi yatumye intumwa zivuye mu gahinga kugira ngo yipfurize ineza databuja, mugabo uno azitera imirarwe+.
7 Maze Yozefu yinjiza Yakobo se wiwe araheza amumenyekanisha kuri Farawo, hanyuma Yakobo atangura guhezagira Farawo+.
4 Maze ehe Bowazi arashika avuye i Betelehemu, aza arabwira abimbuzi ati: “Yehova abane namwe+.” Na bo bakamubwira bati: “Yehova aguhezagire+.”
13 Amaherezo Samweli aza kuri Sauli, maze Sauli atangura kumubwira ati: “Uragahezagirwa+ na Yehova. Nashikije ijambo rya Yehova+.”
14 Muri ico gihe, umwe muri nya misore amenyesha Abigayili umugore wa Nabali ati: “Urazi! Dawidi yatumye intumwa zivuye mu gahinga kugira ngo yipfurize ineza databuja, mugabo uno azitera imirarwe+.