2 Samweli 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abagabo ba Isirayeli bose baca batangura kuduga, bareka gukurikira Dawidi kugira bakurikire Sheba mwene Bikiri+; mugabo abagabo ba Yuda bo bamata ku mwami wabo, kuva kuri Yorodani gushika i Yeruzalemu+. 2 Samweli 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko umwami abwira Amasa+ ati: “Nkoraniriza abagabo ba Yuda ng’aha mu misi itatu, nawe ubwawe uhagarare hano.”
2 Abagabo ba Isirayeli bose baca batangura kuduga, bareka gukurikira Dawidi kugira bakurikire Sheba mwene Bikiri+; mugabo abagabo ba Yuda bo bamata ku mwami wabo, kuva kuri Yorodani gushika i Yeruzalemu+.
4 Nuko umwami abwira Amasa+ ati: “Nkoraniriza abagabo ba Yuda ng’aha mu misi itatu, nawe ubwawe uhagarare hano.”