1 Samweli 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubu rero ubwami bwawe ntibuzoramba+. Emwe, Yehova azokwironderera umuntu ahimbara umutima wiwe+; kandi Yehova azomushinga ibanga ryo kuba indongozi+ y’abantu biwe, kuko utagumije ico Yehova yagutegetse+.” 1 Samweli 15:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Samweli aca amubwira ati: “Uyu musi Yehova agushikuyeko+ ingoma ya Isirayeli, kandi azoyiha ata kabuza mugenzawe ameze neza kukurusha+. 1 Samweli 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Amaherezo Yehova abwira Samweli ati: “Uzogandarira Sauli+ gushika ryari kandi jewe namwanse ngo ntaganze Isirayeli+? Niwuzuze ihembe ryawe amavuta+ hanyuma ugende. Ngira ngutume kuri Yese+ Umunyabetelehemu, kuko nironkeye umwami mu bahungu biwe+.” 1 Samweli 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Samweli rero atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza hagati ya bene wabo. Nuko impwemu ya Yehova itangura gukorera kuri Dawidi kuva uyo musi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka aja i Rama+. Zaburi 89:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Nagize isezerano ku bijanye n’uwo natoye+;Narahiye Dawidi umusavyi wanje+ nti: Zaburi 89:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nabonye Dawidi umusavyi wanje+;Namurobanuje amavuta yanje meranda+, Zaburi 132:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ng’aho, nzokuza ihembe rya Dawidi+.Natunganirije itara uwo narobanuje amavuta+. Ivyakozwe 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Imaze kumukura+, ibahagurukiriza Dawidi ngo abe umwami+, uwo yashingiye intahe ikavuga iti: ‘Nabonye Dawidi mwene Yese+, umuntu ahimbara umutima wanje+, uwuzokora ivyo nipfuza vyose+.’
14 Ubu rero ubwami bwawe ntibuzoramba+. Emwe, Yehova azokwironderera umuntu ahimbara umutima wiwe+; kandi Yehova azomushinga ibanga ryo kuba indongozi+ y’abantu biwe, kuko utagumije ico Yehova yagutegetse+.”
28 Samweli aca amubwira ati: “Uyu musi Yehova agushikuyeko+ ingoma ya Isirayeli, kandi azoyiha ata kabuza mugenzawe ameze neza kukurusha+.
16 Amaherezo Yehova abwira Samweli ati: “Uzogandarira Sauli+ gushika ryari kandi jewe namwanse ngo ntaganze Isirayeli+? Niwuzuze ihembe ryawe amavuta+ hanyuma ugende. Ngira ngutume kuri Yese+ Umunyabetelehemu, kuko nironkeye umwami mu bahungu biwe+.”
13 Samweli rero atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza hagati ya bene wabo. Nuko impwemu ya Yehova itangura gukorera kuri Dawidi kuva uyo musi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka aja i Rama+.
20 Nabonye Dawidi umusavyi wanje+;Namurobanuje amavuta yanje meranda+, Zaburi 132:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ng’aho, nzokuza ihembe rya Dawidi+.Natunganirije itara uwo narobanuje amavuta+. Ivyakozwe 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Imaze kumukura+, ibahagurukiriza Dawidi ngo abe umwami+, uwo yashingiye intahe ikavuga iti: ‘Nabonye Dawidi mwene Yese+, umuntu ahimbara umutima wanje+, uwuzokora ivyo nipfuza vyose+.’
22 Imaze kumukura+, ibahagurukiriza Dawidi ngo abe umwami+, uwo yashingiye intahe ikavuga iti: ‘Nabonye Dawidi mwene Yese+, umuntu ahimbara umutima wanje+, uwuzokora ivyo nipfuza vyose+.’