1 Samweli 14:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Umugore wa Sauli yitwa Ahinowamu umukobwa wa Ahimayazi; umukuru w’ingabo ziwe yitwa Abuneri+ mwene Neri, sewabo wa Sauli. 1 Samweli 20:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Umwami yari yicaye mu cicaro ciwe nko mu bindi bihe, mu cicaro cari iruhande y’uruhome; Yonatani yarabana na we, Abuneri+ na we akaba yari yicaye iruhande ya Sauli, mugabo ikibanza ca Dawidi caragaragara. 2 Samweli 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo zahora ari iza Sauli, afata Ishi-bosheti+ mwene Sauli, amujabukana i Mahanayimu+, 2 Samweli 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Abuneri rero yongera kubwira Asaheli ati: “Kevya ureke kunkurikira. Kubera iki nokwirirwa ndagutsinda hasi+? Noshobora nte none kuraramurira amaso kuri Yowabu mwene wanyu?”
50 Umugore wa Sauli yitwa Ahinowamu umukobwa wa Ahimayazi; umukuru w’ingabo ziwe yitwa Abuneri+ mwene Neri, sewabo wa Sauli.
25 Umwami yari yicaye mu cicaro ciwe nko mu bindi bihe, mu cicaro cari iruhande y’uruhome; Yonatani yarabana na we, Abuneri+ na we akaba yari yicaye iruhande ya Sauli, mugabo ikibanza ca Dawidi caragaragara.
8 Nayo Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo zahora ari iza Sauli, afata Ishi-bosheti+ mwene Sauli, amujabukana i Mahanayimu+,
22 Abuneri rero yongera kubwira Asaheli ati: “Kevya ureke kunkurikira. Kubera iki nokwirirwa ndagutsinda hasi+? Noshobora nte none kuraramurira amaso kuri Yowabu mwene wanyu?”