2 Samweli 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ndaheza nshike kuri we mu gihe azoba arambiwe kandi aregeye amaboko yompi+, maze ntume koko ajugumira; abantu bose bari kumwe na we baraheza bahunge ata kabuza, nanje ata gukeka nice umwami wenyene+. Ezira 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko abanyagihugu baguma badendebura+ amaboko y’abantu bo muri Yuda, babavuna umutima ngo ntibubake+, Yesaya 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ni co gituma amaboko yose azoregera*, n’umutima w’umuntu buntu wose ugashonga+.
2 Ndaheza nshike kuri we mu gihe azoba arambiwe kandi aregeye amaboko yompi+, maze ntume koko ajugumira; abantu bose bari kumwe na we baraheza bahunge ata kabuza, nanje ata gukeka nice umwami wenyene+.
4 Nuko abanyagihugu baguma badendebura+ amaboko y’abantu bo muri Yuda, babavuna umutima ngo ntibubake+,