1 Samweli 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko Dawidi arahunga+, ava i Nayoti i Rama. Mugabo araza, avugira imbere ya Yonatani ati: “Nakoze iki+? Ikosa ryanje ni irihe, kandi ni igicumuro ikihe nakoze imbere ya so, ko ariko arondera ubuzima bwanje?” 1 Samweli 20:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+. 1 Samweli 23:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Dawidi abandanya gutinya, kuko Sauli yari yasohotse kumurondera mu gihe Dawidi yari mu gahinga ka Zifu i Horeshi+.
20 Nuko Dawidi arahunga+, ava i Nayoti i Rama. Mugabo araza, avugira imbere ya Yonatani ati: “Nakoze iki+? Ikosa ryanje ni irihe, kandi ni igicumuro ikihe nakoze imbere ya so, ko ariko arondera ubuzima bwanje?”
33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+.
15 Dawidi abandanya gutinya, kuko Sauli yari yasohotse kumurondera mu gihe Dawidi yari mu gahinga ka Zifu i Horeshi+.