2 Samweli 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze abagabo ba Yuda+ baraza, barobanuza amavuta+ Dawidi ng’aho ngo abe umwami w’inzu ya Yuda+. Nuko abantu baza kumenyesha Dawidi bati: “Abagabo b’i Yabeshi-gileyadi ni bo bahamvye Sauli.” 2 Samweli 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 I Heburoni, aganza Yuda imyaka indwi n’amezi atandatu+; i Yeruzalemu+ na ho aganza Isirayeli yose na Yuda imyaka mirongo itatu n’itatu.
4 Maze abagabo ba Yuda+ baraza, barobanuza amavuta+ Dawidi ng’aho ngo abe umwami w’inzu ya Yuda+. Nuko abantu baza kumenyesha Dawidi bati: “Abagabo b’i Yabeshi-gileyadi ni bo bahamvye Sauli.”
5 I Heburoni, aganza Yuda imyaka indwi n’amezi atandatu+; i Yeruzalemu+ na ho aganza Isirayeli yose na Yuda imyaka mirongo itatu n’itatu.