2 Samweli 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze iryo joro ijambo+ rya Yehova riza kuri Natani riti: 2 Samweli 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova arungika Natani+ kuri Dawidi. Yinjira rero aho ari+, amubwira ati: “Mu gisagara kimwe hari abagabo babiri; umwe yari umutunzi uwundi akaba ntahonikora. 1 Abami 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo Zadoki+ umuherezi na Benaya+ mwene Yehoyada na Natani+ umuhanuzi na Shimeyi+ na Reyi n’abagabo b’abanyenkomezi+ ba Dawidi, ntibifatanya+ na Adoniya.
12 Yehova arungika Natani+ kuri Dawidi. Yinjira rero aho ari+, amubwira ati: “Mu gisagara kimwe hari abagabo babiri; umwe yari umutunzi uwundi akaba ntahonikora.
8 Nayo Zadoki+ umuherezi na Benaya+ mwene Yehoyada na Natani+ umuhanuzi na Shimeyi+ na Reyi n’abagabo b’abanyenkomezi+ ba Dawidi, ntibifatanya+ na Adoniya.