36 Ehe hariya bari kumwe n’abahungu babo babiri, Ahimayazi+ wa Zadoki na Yonatani+ wa Abiyatari; muze mundungikire biciye kuri bo ikintu cose muzokwumva.”
16 Ubu rero, nimutume vyihuta kumenyesha Dawidi+ muti: ‘Iri joro nturare mu biyaya vy’ubugaragwa vy’agahinga, mugabo na wewe ujabuke ata kabuza+, umwami n’abantu bose bari kumwe na we ntibahave bamirwa+.’”