ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 12:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira nguhagurukirize ivyago bivuye mu nzu yawe+; nzotora abagore bawe mu maso yawe ndabahe mugenzawe+, na we azoryamana na bo izuba riva+.

  • 2 Samweli 15:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Dawidi aca abwira abasuku biwe bose bari kumwe na we i Yeruzalemu ati: “Haguruke duhunge+; kuko tutazoronka akaryo ko kunyaga amagara kubera Abusalomu! Gende ningoga kugira ntanyaruke ngo aduhamvye hanyuma atuzaneko ikibi yongere akubitishe igisagara ubugi bw’inkota+!”

  • 2 Samweli 17:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Tuzomutera muri kimwe mu bibanza azoba arimwo koko+, kandi twebwe ubwacu tuzomugwako nk’uko ikime+ kigwa ku butaka; kandi ata gukeka ntihazosigara n’umwe muri we n’abagabo bose bari kumwe na we.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika