2 Samweli 15:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Dawidi ashitse kw’isonga aho abantu bari basanzwe bunamira Imana, ehe Hushayi+ Umwaruki+ aza kumusanganira, ikanzu yiwe yatantamutse kandi ku mutwe wiwe hari ivu+. 2 Samweli 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Hushayi+ Umwaruki+, umugenzi wa Dawidi+, akimara kwinjira aho Abusalomu ari, atangura kubwira Abusalomu ati: “Umwami nabeho+! Umwami nabeho!”
32 Dawidi ashitse kw’isonga aho abantu bari basanzwe bunamira Imana, ehe Hushayi+ Umwaruki+ aza kumusanganira, ikanzu yiwe yatantamutse kandi ku mutwe wiwe hari ivu+.
16 Hushayi+ Umwaruki+, umugenzi wa Dawidi+, akimara kwinjira aho Abusalomu ari, atangura kubwira Abusalomu ati: “Umwami nabeho+! Umwami nabeho!”