1 Samweli 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko bava ng’aho baja kuri wa murambi, kandi ehe hari umugwi w’abahanuzi bariko baza guhura na we; ako kanya impwemu y’Imana itangura gukorera kuri we+, maze atangura kuvuga bwa muhanuzi+ hagati muri bo. Ezekiyeli 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi ku bijanye n’abahanuzi ba Isirayeli bavuga ubuhanuzi+, ubwire abavuga ubuhanuzi buvuye mu mutima wabo bwite, uti+: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova+. Amosi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Umukama Segaba Yehova ata co azokora adahishuriye akabanga kiwe abasavyi biwe b’abahanuzi+.
10 Nuko bava ng’aho baja kuri wa murambi, kandi ehe hari umugwi w’abahanuzi bariko baza guhura na we; ako kanya impwemu y’Imana itangura gukorera kuri we+, maze atangura kuvuga bwa muhanuzi+ hagati muri bo.
2 “Mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi ku bijanye n’abahanuzi ba Isirayeli bavuga ubuhanuzi+, ubwire abavuga ubuhanuzi buvuye mu mutima wabo bwite, uti+: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova+.