Guharura 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehova rero ashira ijambo mu kanwa ka Balamu+, avuga ati: “Subira kuri Balaki, maze uku abe ari ko uvuga+.” Guharura 23:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu nyuma Yehova abonana na Balamu maze ashira ijambo mu kanwa kiwe, avuga ati+: “Subira kuri Balaki+, kandi uku abe ari ko umubwira.” Guharura 24:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ijambo ry’uwumva amajambo y’Imana+,Uwabonye iyerekwa rya Mushoboravyose+ Igihe yagwa, amaso yiwe akanuye+:
5 Yehova rero ashira ijambo mu kanwa ka Balamu+, avuga ati: “Subira kuri Balaki, maze uku abe ari ko uvuga+.”
16 Mu nyuma Yehova abonana na Balamu maze ashira ijambo mu kanwa kiwe, avuga ati+: “Subira kuri Balaki+, kandi uku abe ari ko umubwira.”
4 Ijambo ry’uwumva amajambo y’Imana+,Uwabonye iyerekwa rya Mushoboravyose+ Igihe yagwa, amaso yiwe akanuye+: