ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 14:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 ku bw’ivyo, ehe ngira nzane ivyago ku nzu ya Yerobowamu, kandi ata gukeka nzorandura kwa Yerobowamu umuntu w’igitsina-gabo wese*+, uwutagira gitabara kandi atagira ico amaze muri Isirayeli+; kandi vy’ukuri nzokubura noganze inyuma y’inzu ya Yerobowamu+, nk’uko umuntu akuraho umwanda mukuru gushika uzimanganye+.

  • 1 Abami 15:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Nuko akimara kuba umwami, aririka inzu ya Yerobowamu yose. Ntihagira uwuhema n’umwe asigaza mu ba Yerobowamu gushika abazimanganije, nk’uko ijambo rya Yehova ryari, iryo yari yaravuze biciye ku musavyi wiwe Ahiya Umunyashilo+,

  • 2 Abami 17:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 gushika Yehova akuye Isirayeli mu maso yiwe+, nk’uko yari yaravuze biciye ku basavyi biwe bose abahanuzi+. Isirayeli ija rero mu bunyagano i Ashuri ivuye ku butaka bwayo, gushika n’uyu musi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika