Itanguriro 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko Aburamu abandanya kuba mu mahema. Mu nyuma araza aba mu biti binini vya Mamure+ biri i Heburoni+; atangura kuhubakira igicaniro Yehova+. Gusubira mu vyagezwe 12:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi utegerezwa guhereza amashikanwa yawe aturirwa+, inyama n’amaraso+, ku gicaniro ca Yehova Imana yawe. Amaraso y’ibimazi vyawe akwiye gusukwa imbere y’igicaniro ca Yehova+ Imana yawe, mugabo inyama urashobora kuzirya. 1 Abami 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Muraheza mwambaze izina ry’imana yanyu+, nanje ndambaza izina rya Yehova; maze Imana y’ukuri iza kwishura biciye ku muriro+ izoba ari yo Mana y’ukuri+.” Abantu bose baca bishura bati: “Ico kintu ni ciza.”
18 Nuko Aburamu abandanya kuba mu mahema. Mu nyuma araza aba mu biti binini vya Mamure+ biri i Heburoni+; atangura kuhubakira igicaniro Yehova+.
27 Kandi utegerezwa guhereza amashikanwa yawe aturirwa+, inyama n’amaraso+, ku gicaniro ca Yehova Imana yawe. Amaraso y’ibimazi vyawe akwiye gusukwa imbere y’igicaniro ca Yehova+ Imana yawe, mugabo inyama urashobora kuzirya.
24 Muraheza mwambaze izina ry’imana yanyu+, nanje ndambaza izina rya Yehova; maze Imana y’ukuri iza kwishura biciye ku muriro+ izoba ari yo Mana y’ukuri+.” Abantu bose baca bishura bati: “Ico kintu ni ciza.”