ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 19:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yumva bivugwa ku bijanye na Tiruhaka umwami wa Etiyopiya ngo: “Ehe yasohotse kukurwanya.” Nuko yongera gutuma intumwa+ kuri Hezekiya ati:

  • 2 Abami 19:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Wacokoye Yehova biciye ku ntumwa zawe+, kandi ukaba uvuga uti+:

      ‘Nkoresheje ubwinshi bw’imikogote y’intambara yanje, jewe ubwanje+—

      Nzoduga koko ahakirurutse h’uturere tw’imisozi+,

      Imihingo ya Libani+ iri kure kuruta iyindi;

      Kandi nzokwicira amasederi maremare+ yaho, ibiti vy’imiberoshi+ vyaho vy’intorwa.

      Nzokwinjira mu kibanza c’uburaro caho ca nyuma, ikibira kimeze nk’umurima w’ivyamwa+ waho.

  • Yesaya 37:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko yumva bivugwa ku vyerekeye Tiruhaka+ umwami wa Etiyopiya ngo: “Yasohotse kukurwanya.” Avyumvise, aca atuma intumwa+ kuri Hezekiya ati:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika