ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 38:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Yuda amubonye, aca amufata nk’umumaraya+, kuko yari yipfutse mu maso+.

  • Gusubira mu vyagezwe 23:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Nta n’umwe mu bakobwa ba Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+, eka nta n’umwe muri bene Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+.

  • Yosuwa 6:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi iki gisagara gitegerezwa kuba ikintu co gutikizwa+; co hamwe n’ibiri muri co vyose ni ivya Yehova. Rahabu+ wa mumaraya ni we gusa aza kuguma ari muzima, we n’abari kumwe na we mu nzu bose, kuko yanyegeje za ntumwa twarungika+.

  • Abacamanza 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Buno Yefuta+ Umugileyadi+ yari yarabaye umugabo w’umunyenkomezi kandi w’intwari+, akaba yari umuhungu w’umugore w’umumaraya+, maze Gileyadi avyara Yefuta.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika