Itanguriro 32:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yakobo ababonye, buno nyene avuga ati: “Iyi ni ikambi y’Imana+!” Ku bw’ivyo aho hantu ahita Mahanayimu+. 2 Samweli 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo zahora ari iza Sauli, afata Ishi-bosheti+ mwene Sauli, amujabukana i Mahanayimu+, 2 Samweli 17:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nayo Dawidi, ashika i Mahanayimu+, Abusalomu na we ajabuka Yorodani, ari kumwe n’abagabo ba Isirayeli bose.
2 Yakobo ababonye, buno nyene avuga ati: “Iyi ni ikambi y’Imana+!” Ku bw’ivyo aho hantu ahita Mahanayimu+.
8 Nayo Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo zahora ari iza Sauli, afata Ishi-bosheti+ mwene Sauli, amujabukana i Mahanayimu+,
24 Nayo Dawidi, ashika i Mahanayimu+, Abusalomu na we ajabuka Yorodani, ari kumwe n’abagabo ba Isirayeli bose.