Imigani 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Imigani+ ya Salomo+ mwene Dawidi+, umwami wa Isirayeli+, Umusiguzi 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi uretse ko umukoranyashengero yari yacitse inkerebutsi+, yarigishije kandi abantu ubumenyi ubudahengeshanya+, arazirikana yongera aracukura+, kugira atunganye imigani myinshi mu rutonde+.
9 Kandi uretse ko umukoranyashengero yari yacitse inkerebutsi+, yarigishije kandi abantu ubumenyi ubudahengeshanya+, arazirikana yongera aracukura+, kugira atunganye imigani myinshi mu rutonde+.