ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 4:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko yaganza ikintu cose cari hakuno ya rwa Ruzi+, kuva i Tifusa gushika i Gaza+, mbere n’abami bose bo hakuno ya rwa Ruzi+; nuko agira amahoro+ mu karere kiwe kose, irya n’ino.

  • 2 Ngoma 14:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Hanyuma yubaka muri Yuda ibisagara bikingijwe ibihome+, kuko igihugu kitagira ikigihungabanya; ntihaba intambara yo kumurwanya muri iyo myaka, kuko Yehova yamuhaye akaruhuko+.

  • Abaheburayo 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko twebwe abizeye twinjira koko muri nya karuhuko, nk’uko yavuze iti: “Nararahiye+ rero mw’ishavu ryanje nti: ‘Ntibazokwinjira+ mu karuhuko kanje+,’” naho ibikorwa vyayo vyarangijwe+ kuva kw’ishingwa ry’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika