2 Ngoma 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi abami bose bo kw’isi bararondera+ mu maso ha Salomo kugira bumve ubukerebutsi bwiwe+, ubwo Imana y’ukuri yari yarashize mu mutima wiwe+. Imigani 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Yehova ubwiwe atanga ubukerebutsi+; mu kanwa kiwe havamwo ubumenyi n’ugutahura+.
23 Kandi abami bose bo kw’isi bararondera+ mu maso ha Salomo kugira bumve ubukerebutsi bwiwe+, ubwo Imana y’ukuri yari yarashize mu mutima wiwe+.