1 Abami 10:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi abantu bose bo kw’isi bararondera mu maso ha Salomo kugira bumve ubukerebutsi bwiwe Imana yari yarashize mu mutima wiwe+. Yesaya 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi+: hazoba umuzi wa Yese+ uzohagarara nk’ikimenyetso ku bisata vy’abantu+. Ni we amahanga azokwitura ngo amusiguze+, kandi ahantu hiwe h’ukuruhukira hazotegerezwa gucika ahaninahaye+. Luka 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kuko nzobaha akanwa n’ubukerebutsi ababarwanya bose hamwe batazoshobora kurwanya canke guhaririza+.
24 Kandi abantu bose bo kw’isi bararondera mu maso ha Salomo kugira bumve ubukerebutsi bwiwe Imana yari yarashize mu mutima wiwe+.
10 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi+: hazoba umuzi wa Yese+ uzohagarara nk’ikimenyetso ku bisata vy’abantu+. Ni we amahanga azokwitura ngo amusiguze+, kandi ahantu hiwe h’ukuruhukira hazotegerezwa gucika ahaninahaye+.
15 kuko nzobaha akanwa n’ubukerebutsi ababarwanya bose hamwe batazoshobora kurwanya canke guhaririza+.