1 Abami 3:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko Isirayeli yose yumva iyo ngingo y’ubutungane+ umwami yari yashikirije; maze baratinya kubera umwami+, kuko babona yuko ubukerebutsi+ bw’Imana bwari muri we, kugira ashitse ingingo y’ubutungane. 2 Ngoma 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ubukerebutsi n’ubumenyi urabihawe+; nzoguha n’ubutunzi n’amatungo n’iteka ata bami bakwitangiye imbere bigeze bagira+, kandi ata n’umwe azoza mu nyuma zawe azogira+.” Imigani 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Yehova ubwiwe atanga ubukerebutsi+; mu kanwa kiwe havamwo ubumenyi n’ugutahura+. Daniyeli 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nayo abo bana, uko ari bane, Imana y’ukuri ibaha ubumenyi n’ugutahura kwimbitse mu bijanye n’inyandiko yose be n’ubukerebutsi bwose+; kandi Daniyeli ubwiwe yari afise ugutegera mu bijanye n’ubwoko bwose bw’iyerekwa be n’indoto+.
28 Nuko Isirayeli yose yumva iyo ngingo y’ubutungane+ umwami yari yashikirije; maze baratinya kubera umwami+, kuko babona yuko ubukerebutsi+ bw’Imana bwari muri we, kugira ashitse ingingo y’ubutungane.
12 ubukerebutsi n’ubumenyi urabihawe+; nzoguha n’ubutunzi n’amatungo n’iteka ata bami bakwitangiye imbere bigeze bagira+, kandi ata n’umwe azoza mu nyuma zawe azogira+.”
17 Nayo abo bana, uko ari bane, Imana y’ukuri ibaha ubumenyi n’ugutahura kwimbitse mu bijanye n’inyandiko yose be n’ubukerebutsi bwose+; kandi Daniyeli ubwiwe yari afise ugutegera mu bijanye n’ubwoko bwose bw’iyerekwa be n’indoto+.