2 Ngoma 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Inyuma y’aho, Umwami Rehobowamu arungika Hadoramu+, uwagaba abagenewe ibikorwa vy’agahato, mugabo bene Isirayeli bamutera amabuye+, arapfa. Umwami Rehobowamu we, biramukundira kwurira mu mukogote wiwe kugira ngo ahungire i Yeruzalemu+.
18 Inyuma y’aho, Umwami Rehobowamu arungika Hadoramu+, uwagaba abagenewe ibikorwa vy’agahato, mugabo bene Isirayeli bamutera amabuye+, arapfa. Umwami Rehobowamu we, biramukundira kwurira mu mukogote wiwe kugira ngo ahungire i Yeruzalemu+.