ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 27:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Uzobeshwaho n’inkota yawe+, kandi uzokorera mwene wanyu+. Mugabo, niwatangura kwinyugutura, uzovuna koko ingǒgo* yiwe ikuve kw’izosi+.”

  • 1 Samweli 29:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko abaganwa b’Abafilisitiya baramurakarira; abaganwa b’Abafilisitiya baca bamubwira bati: “Subiza inyuma uwo mugabo+, asubire ahantu hiwe wamugeneye; ntamanukane natwe ku rugamba, kugira ngo ntahave acika uwuturwanya+ mu rugamba. Mbega uyu muntu yokwitoneshesha iki ku mukama wiwe? Mbega ntiyokwitoneshesha imitwe y’aba bagabo bacu?

  • 1 Abami 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ubu rero Yehova Imana yanje yampaye akaruhuko impande zose+. Nta wundwanya ariho, kandi nta kintu na kimwe kibi kiriko kiraba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika