Kuvayo 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hanyuma Musa aduga ku Mana y’ukuri, Yehova aca atangura kumuhamagarira muri nya musozi+, avuga ati: “Ibi ni vyo ubwirizwa kubwira inzu ya Yakobo no kubarira bene Isirayeli: Kuvayo 24:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze Yehova abwira Musa ati: “Duga aho ndi ku musozi ugumeyo, kuko ngomba kuguha ibisate vy’amabuye n’itegeko n’ibwirizwa ntegerezwa kwandika vyo kubigisha+.”
3 Hanyuma Musa aduga ku Mana y’ukuri, Yehova aca atangura kumuhamagarira muri nya musozi+, avuga ati: “Ibi ni vyo ubwirizwa kubwira inzu ya Yakobo no kubarira bene Isirayeli:
12 Maze Yehova abwira Musa ati: “Duga aho ndi ku musozi ugumeyo, kuko ngomba kuguha ibisate vy’amabuye n’itegeko n’ibwirizwa ntegerezwa kwandika vyo kubigisha+.”