-
2 Abami 12:18Bibiliya y’isi nshasha
-
-
18 Yehowasi umwami wa Yuda aca atora amashikanwa meranda yose+ Yehoshafati na Yehoramu na Ahaziya ba sekuruza biwe, abami ba Yuda, bari bejeje be n’amashikanwa meranda yiwe n’inzahabu zose zari mu matunga y’inzu ya Yehova no mu nzu y’umwami, ayarungikira+ Hazayeli umwami wa Siriya. Nuko uno asubira inyuma areka gutera Yeruzalemu.
-