2 Abami 8:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Yehoramu+ umwami aragaruka rero kugira ngo yivurize i Yezireyeli+ ibikomere Abasiriya bari bamuteje i Rama* igihe yarwanya Hazayeli umwami wa Siriya. Nayo Ahaziya+ mwene Yehoramu umwami wa Yuda, amanuka kuraba Yehoramu mwene Ahabu i Yezireyeli, kuko yari arwaye. 2 Ngoma 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo ugutemba kwa Ahaziya kwavuye ku Mana+, igihe yaza kwa Yehoramu; ashitse, asohokana+ na Yehoramu baja kuri Yehu+ umwuzukuru wa Nimushi+, uwo Yehova yari yararobanuje amavuta+ kugira arandure inzu ya Ahabu+.
29 Yehoramu+ umwami aragaruka rero kugira ngo yivurize i Yezireyeli+ ibikomere Abasiriya bari bamuteje i Rama* igihe yarwanya Hazayeli umwami wa Siriya. Nayo Ahaziya+ mwene Yehoramu umwami wa Yuda, amanuka kuraba Yehoramu mwene Ahabu i Yezireyeli, kuko yari arwaye.
7 Mugabo ugutemba kwa Ahaziya kwavuye ku Mana+, igihe yaza kwa Yehoramu; ashitse, asohokana+ na Yehoramu baja kuri Yehu+ umwuzukuru wa Nimushi+, uwo Yehova yari yararobanuje amavuta+ kugira arandure inzu ya Ahabu+.