Guharura 33:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Muze mwirukane ababa muri ico gihugu bose bave imbere yanyu mwongere mumenagure ibishusho vy’amabuye+ vyabo vyose; ibishusho vyabo vyose vyo mu cuma gishongeshejwe+ muze mubirandure; kandi ibibanza bikirurutse vyeranda vyabo vyose muze mubizimanganye+. Yeremiya 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “‘Kuko kera navunaguye ingǒgo* yawe+; navutaguye imizana yawe. Mugabo wavuze uti: “Sinzogukorera,” kuko waryama utambikije+ ku murambi muremure wose no munsi y’igiti gitotahaye cose+, ugira ubumaraya+.
52 Muze mwirukane ababa muri ico gihugu bose bave imbere yanyu mwongere mumenagure ibishusho vy’amabuye+ vyabo vyose; ibishusho vyabo vyose vyo mu cuma gishongeshejwe+ muze mubirandure; kandi ibibanza bikirurutse vyeranda vyabo vyose muze mubizimanganye+.
20 “‘Kuko kera navunaguye ingǒgo* yawe+; navutaguye imizana yawe. Mugabo wavuze uti: “Sinzogukorera,” kuko waryama utambikije+ ku murambi muremure wose no munsi y’igiti gitotahaye cose+, ugira ubumaraya+.