1 Abami 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko Yehova amubwira ati: “Genda, usubire ujane inzira yawe uje mu gahinga ka Damasiko+; winjire hanyuma urobanuze amavuta+ Hazayeli+, abe umwami wa Siriya. 2 Abami 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hazayeli aca avuga ati: “Mbega umusuku wawe, imbwa y’imbwa, ni iki+, ngo akore ico kintu gihambaye?” Ariko Elisha avuga ati: “Yehova yakunyeretse uri umwami wa Siriya+.” 2 Abami 10:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Muri iyo misi Yehova atangura guhimbura Isirayeli igihimba ku kindi; nuko Hazayeli+ aguma abasasika mu karere kose ka Isirayeli, Amosi 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nanje nzorungika umuriro+ ku nzu ya Hazayeli+, urigate iminara yo kubamwo ya Beni-hadadi+.
15 Nuko Yehova amubwira ati: “Genda, usubire ujane inzira yawe uje mu gahinga ka Damasiko+; winjire hanyuma urobanuze amavuta+ Hazayeli+, abe umwami wa Siriya.
13 Hazayeli aca avuga ati: “Mbega umusuku wawe, imbwa y’imbwa, ni iki+, ngo akore ico kintu gihambaye?” Ariko Elisha avuga ati: “Yehova yakunyeretse uri umwami wa Siriya+.”
32 Muri iyo misi Yehova atangura guhimbura Isirayeli igihimba ku kindi; nuko Hazayeli+ aguma abasasika mu karere kose ka Isirayeli,