ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 6:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Vyongeye, agabanganiriza+ ibifungurwa abantu bose, isinzi ryose rya Isirayeli, umugabo n’umugore, umwe wese amuha agatsima k’umukate kameze nk’ikigōmbo n’agatsima ko mu ngazi z’itende n’agatsima k’inzabibu zumye+, hanyuma abantu bose baragenda, umwe wese ku nzu yiwe.

  • 1 Abami 8:66
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 66 Ku musi ugira umunani arungika abantu+; nuko batangura guhezagira umwami maze baja i muhira iwabo, banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima+ kubera ineza+ yose Yehova yari yaragiriye Dawidi umusavyi wiwe na Isirayeli abantu biwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika