Itanguriro 25:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yehova amubwira rero ati: “Hari amahanga abiri mu nda yawe+, kandi amahanga abiri avuye imbere muri wewe azotandukana+; ihanga rimwe rizokomera kuruta iryo rindi hanga+, kandi Bukuru azokorera Butoyi+.” Itanguriro 27:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Uzobeshwaho n’inkota yawe+, kandi uzokorera mwene wanyu+. Mugabo, niwatangura kwinyugutura, uzovuna koko ingǒgo* yiwe ikuve kw’izosi+.”
23 Yehova amubwira rero ati: “Hari amahanga abiri mu nda yawe+, kandi amahanga abiri avuye imbere muri wewe azotandukana+; ihanga rimwe rizokomera kuruta iryo rindi hanga+, kandi Bukuru azokorera Butoyi+.”
40 Uzobeshwaho n’inkota yawe+, kandi uzokorera mwene wanyu+. Mugabo, niwatangura kwinyugutura, uzovuna koko ingǒgo* yiwe ikuve kw’izosi+.”