2 Samweli 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko mu ntango z’umwaka+, igihe abami basanzwe basohoka ku rugamba+, Dawidi arungika Yowabu ari kumwe n’abasuku biwe na Isirayeli yose, kugira bahonye bene Amoni+ no kugira basugereze Raba+, mu gihe Dawidi yaba i Yeruzalemu. Umusiguzi 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 igihe co gukunda n’igihe co kwanka+; igihe c’intambara+ n’igihe c’amahoro+.
11 Nuko mu ntango z’umwaka+, igihe abami basanzwe basohoka ku rugamba+, Dawidi arungika Yowabu ari kumwe n’abasuku biwe na Isirayeli yose, kugira bahonye bene Amoni+ no kugira basugereze Raba+, mu gihe Dawidi yaba i Yeruzalemu.