2 Samweli 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko umwami amaze kuba mu nzu yiwe+ kandi Yehova amaze kumuha kuruhuka abansi biwe bose bari bamukikuje+, 1 Ngoma 22:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Mbega Yehova Imana yanyu+ ntari kumwe namwe, kandi ntiyabahaye akaruhuko impande zose+? Kuko yatanze mu kuboko kwanje ababa mu gihugu, kandi igihugu caramazwe igabo imbere ya Yehova+ n’imbere y’abantu biwe.
7 Nuko umwami amaze kuba mu nzu yiwe+ kandi Yehova amaze kumuha kuruhuka abansi biwe bose bari bamukikuje+,
18 “Mbega Yehova Imana yanyu+ ntari kumwe namwe, kandi ntiyabahaye akaruhuko impande zose+? Kuko yatanze mu kuboko kwanje ababa mu gihugu, kandi igihugu caramazwe igabo imbere ya Yehova+ n’imbere y’abantu biwe.