1 Ngoma 27:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Yonatani+, umuhungwabo wa Dawidi, yari umujanama, umugabo w’umunyabwenge+, akaba ari na we yari umunyamabanga; Yehiyele mwene Hakimoni+ yari ajejwe abana b’umwami+. Imigani 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umuntu azoshemezwa kubera akanwa kiwe kiyubara+, mugabo uw’umutima ugoramanze azoba uwo gukengerwa+. 1 Timoteyo 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko abakora neza bironsa impagararo nziza+ n’umwidegemvyo wo kuvuga+ mwinshi mu kwizera mu bijanye na Kristu Yezu.
32 Yonatani+, umuhungwabo wa Dawidi, yari umujanama, umugabo w’umunyabwenge+, akaba ari na we yari umunyamabanga; Yehiyele mwene Hakimoni+ yari ajejwe abana b’umwami+.
8 Umuntu azoshemezwa kubera akanwa kiwe kiyubara+, mugabo uw’umutima ugoramanze azoba uwo gukengerwa+.
13 Kuko abakora neza bironsa impagararo nziza+ n’umwidegemvyo wo kuvuga+ mwinshi mu kwizera mu bijanye na Kristu Yezu.