7 Aho ni ho mutegerezwa kurira imbere ya Yehova Imana yanyu+ no kunezererwa mu migambi yanyu yose+, mwe n’ingo zanyu, kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye.
10 Ku musi ugira mirongo ibiri na gatatu w’ukwezi kugira indwi, arungika abantu i muhira iwabo, banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima kubera ineza+ Yehova yari yaragiriye Dawidi na Salomo na Isirayeli abantu biwe+.