Yosuwa 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+. 1 Abami 2:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Amaherezo umwami atuma guhamagara Shimeyi+ maze amubwira ati: “Niwiyubakire inzu i Yeruzalemu, ubeyo, kandi ntuze usohoke uvuyeyo ngo uje aha na hariya. Nehemiya 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 I Yeruzalemu haba kandi bamwe muri bene Yuda na bamwe muri bene Benyamini+. Muri bene Yuda yari Ataya mwene Uziya, Uziya mwene Zekariya, Zekariya mwene Amariya, Amariya mwene Shefatiya, Shefatiya mwene Mahalaleli, wo muri bene Perezi+;
28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+.
36 Amaherezo umwami atuma guhamagara Shimeyi+ maze amubwira ati: “Niwiyubakire inzu i Yeruzalemu, ubeyo, kandi ntuze usohoke uvuyeyo ngo uje aha na hariya.
4 I Yeruzalemu haba kandi bamwe muri bene Yuda na bamwe muri bene Benyamini+. Muri bene Yuda yari Ataya mwene Uziya, Uziya mwene Zekariya, Zekariya mwene Amariya, Amariya mwene Shefatiya, Shefatiya mwene Mahalaleli, wo muri bene Perezi+;