1 Samweli 26:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Dawidi abandanya kuvuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, Yehova azomwikubitira+; canke umusi uri izina+ azopfa nk’abandi bose, canke azomanuka mu rugamba+ maze azimanganywe ata kabuza+. 1 Samweli 31:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Urugamba rwo kurwanya Sauli ruba urukomeye; nuko abarashi, abanyamiheto, amaherezo baramubona, maze akomeretswa cane n’abo barashi+.
10 Dawidi abandanya kuvuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, Yehova azomwikubitira+; canke umusi uri izina+ azopfa nk’abandi bose, canke azomanuka mu rugamba+ maze azimanganywe ata kabuza+.
3 Urugamba rwo kurwanya Sauli ruba urukomeye; nuko abarashi, abanyamiheto, amaherezo baramubona, maze akomeretswa cane n’abo barashi+.