ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+.

  • 1 Samweli 13:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Abagabo ba Isirayeli babona ko bageze habi+, kuko abantu bari basugerejwe cane; nuko abantu baja kwinyegeza mu masenga+ no mu myobo no mu bitare no mu bibanza vyo mu kuzimu no mu vyobo vy’amazi.

  • 1 Samweli 31:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Abagabo ba Isirayeli bari mu karere k’ikiyaya co hasi n’abari mu karere ka Yorodani babonye yuko abagabo ba Isirayeli bahunze, be n’uko Sauli n’abahungu biwe bapfuye, batangura rero guta ibisagara barahunga+, hanyuma Abafilisitiya barashika maze babibamwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika