Yosuwa 15:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Ariko Abayebusi+ baba i Yeruzalemu+ bene Yuda ntibashoboye kubirukana+; kandi Abayebusi baracabana na bene Yuda i Yeruzalemu gushika n’uyu musi. Abacamanza 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi bene Benyamini ntibirukanye Abayebusi baba i Yeruzalemu+; mugabo Abayebusi baracabana na bene Benyamini i Yeruzalemu gushika n’uyu musi+. Abacamanza 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ariko nya mugabo ntiyemera kurara, mugabo arahaguruka afata urugendo hanyuma ashika aharabana na Yebusi+, ari yo Yeruzalemu+; kandi yari kumwe na za ndogobwa z’ingabo zibiri ziriko amatandiko, n’incoreke yiwe be n’umusuku wiwe.
63 Ariko Abayebusi+ baba i Yeruzalemu+ bene Yuda ntibashoboye kubirukana+; kandi Abayebusi baracabana na bene Yuda i Yeruzalemu gushika n’uyu musi.
21 Kandi bene Benyamini ntibirukanye Abayebusi baba i Yeruzalemu+; mugabo Abayebusi baracabana na bene Benyamini i Yeruzalemu gushika n’uyu musi+.
10 Ariko nya mugabo ntiyemera kurara, mugabo arahaguruka afata urugendo hanyuma ashika aharabana na Yebusi+, ari yo Yeruzalemu+; kandi yari kumwe na za ndogobwa z’ingabo zibiri ziriko amatandiko, n’incoreke yiwe be n’umusuku wiwe.