9 “Ivyo ni nk’imisi ya Nowa kuri jewe+. Nk’uko narahiye yuko amazi ya Nowa atazokwongera guca hejuru y’isi+, ni ko narahiye yuko ntazokurakarira canke ngo nguhambarire+.
14 “‘Kandi iyo aba bagabo batatu, Nowa+, Daniyeli+ na Yobu+ baja kuba bari hagati muri co, abo ubwabo bokijije ubuzima bwabo kubera ubugororotsi bwabo+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.”