ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 16:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ico gihe, Rezini umwami wa Siriya asubiza Elati+ kuri Edomu, hanyuma yirukana Abayuda i Elati; Abanyedomu na bo binjira i Elati maze babandanya kubayo gushika n’uyu musi.

  • 2 Ngoma 24:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko inteko za gisirikare z’Abasiriya zashwaye igihugu zigizwe n’abagabo bakeyi+, maze Yehova ubwiwe agatanga mu kuboko kwazo inteko za gisirikare nyinshi cane+, kuko bari barahevye Yehova Imana ya ba sekuruza babo; nuko bashitsa kuri Yehowasi urubanza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika